Publications de Presse Burundaise, Rohero I Avenue de la JRR N°17 Immeuble le SAVONNIER, Téléphone standard : (257) 22 22 62 32, Fax :(257) 22 22 58 94, email: pressequotidienne@yahoo.fr

Abarundi bose bahamagariwe guterera amatora kuko ari inkingi ya demokarasi mu gihugu cabo

 

DZhqQctW4AAIh5S 1Mu ntumbero yo guterera amatora yo mu mwaka w ‘2020, kw’igenekerezo rya 30 Ntwarante 2018, icegera ca kabiri c’umukuru w’Inama Nshingamateka, Jacky Chantal Nkurunziza n’uwo bubakanye baratanze intererano y’umuryango wabo ingana n’imiriyoni 2 z’amafaranga y’amarundi. Ico gikorwa bakaba bakiranguriye mw’ibanki nkuru y’igihugu (BRB).Mu ntumbero yo guterera amatora yo mu mwaka w ‘2020, kw’igenekerezo rya 30 Ntwarante 2018, icegera ca kabiri c’umukuru w’Inama Nshingamateka, Jacky Chantal Nkurunziza n’uwo bubakanye baratanze intererano y’umuryango wabo ingana n’imiriyoni 2 z’amafaranga y’amarundi. Ico gikorwa bakaba bakiranguriye mw’ibanki nkuru y’igihugu (BRB).Ico gihe Jacky Chantal Nkurunziza akaba yaramenyesheje ko  we n’umuryango wiwe bahimbawe kuko yatewe iteka ryo gutorwa mu mabanga arimwo   hanyuma babona ko boterera kugira amatora aze agende neza.Yaboneyeho akaryo ko gutera akamo abarundi bose ko bokwumva  umugambi wo guterera amatora kuko igihugu ari icabo.

Josélyne Ndayegamiye                                                  
                   

Ouvrir